Andy Mwag, ubuhinga bwiwe bw'umuziki bugeze he?

Andy Mwag ni umurundi akiri muto atunzwe n'umuziki, umwuga yatanguye mu 2010.